Ikigo kijejwe Imitahi mu Burundi API giherutse gutunganya ihayanishagurisha ry’ibidandazwa ndundi kandi abahawe akaryo bakaba baronswa aho bakorera ku buntu. Mbega bavyakiye gute? Kuja muri iryo hayanishwa bifise akamaro akahe? Kurikirana ikiganiro Tunga utunganirwe Burundi co ku wa 6 Gitugutu 2016