Inyuma y’imyaka 55 iheze uwiguze intahe yo…

    0
    363

    Inyuma y’imyaka 55 iheze uwiguze intahe yo kwikukira kw’Uburundi umuganwa Rwagasore Louis agandaguwe; ubutwari bwiwe buracafise ico bwomarira abarundi? Mbega abari mu migambwe, mu mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politique be n’abamuzi baha ikibanza iikihe ubwo butwari bwiwe? Kurikirana ikiganiro Kebuka wibaze co kuwa 13 Gitugutu 2016

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici