Karadiridimba, 23 Gitugutu 2016

    0
    496

    Mu Burundi abantu batari bake baramaze guhitanwa n’ubwicanyi mutangukanye. Murabo harimwo n’ababa barongoye igihugu nka Président Milchior Ndadaye, Umuganwa Louis Rwagasore. Murabo kenshi imanza zabo ziguma mu matohoza. Mbega abarundi cane cane abari mu makungu babivugako iki kuri izo manza zidahera . Ni mu kiganiro Karadiridimba 23. 10. 16

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici