
Mu kiganiro KARADIRIDIMBA yo kuri uyu w’Imana 11/12/2016, mu gihe umuhuza mu matati y’abarundi yaraye ashikirije y’uko hariho abadashobora gutumirwa mu biganiro bihuza Abarundi, bamwe n’abandi bazogira ico bashikirije. Nawe intererano yawe irahawe ikaze.Umutumire wa Médard Niyonkuru kazoba ari uwukurikiranira hafi politike y’Uburundi, Pierre-Claver NSENGIYUMVA. Hamagara kuri: +257 22246602,22254375




