Umuyange, 27 Ntwarante 2017 Par Isanganiro - 28/03/2017 0 577 Mu kiganiro umuyange uno musi tubayagira ku kamaro ko kubaka akarima ko mu gikoni. Médard NIYONKURU akaba yaraganiriye n’abarimyi borozi bo mu ma komine ya Bugendana na Giheta mu ntara ya Gitega.