
{{Dans le cadre des préparatifs de {{la semaine de la Diaspora}}, le {{secrétaire permanant }} du ministère burundais des relations extérieures sera l’invité de l’Emission {{“Karadiridimba”}} de ce dimanche{{ 9 Juillet de 15h à 17h sur la Radio Isanganiro}}. En plus de nos numéros téléphoniques, vos contributions sont les bienvenues via {{Whatsapp call sur 79 939 982}} / Mu nteguro y'{{indwi yahariwe abarundi bari mu makungu}}, mu kiganiro canyu {{Karadiridimba}} co kuri uyu w’Imana igenekerezo ry'{{9 Mukakaro}}{{ kuva isaha icenda gushika isaha cumi nimwe kuri Radio Isanganiro }} , umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire y’uburundi n’ayandi makungu azokwishura ku bubazo vyanyu. Uretse iyindi miringo yacu, mushobora kandi guterera muciwe canke mukabanza muciye kuri {{Whatsapp kuri 79 939 982}}




