1 COMMENTAIRE

  1. Turashigikiye cane iki kiganiro gituma twebwe abarundi bo mumahanga baterera ivyiyumviro vyo kwubaka igihugu.
    Nitwa Mme Ella uwimana, nkaba ubu ndongoye igisata citaho ukubaho neza kw’abaemyezi n’abana b’Abarundi baba mu mahanga. Tukaba dushaka ko abakenyezi bafata muminwe uruhara bafise mw’iterambere ry’igihugu kugira tuve mu bukene dukoreshe inguvu z’abakenyezi tutibagiye n’ubumenyei bufatiye ku mashure y’abana. Nashaka ndabasabe muzompe nanje akanya nshikirize imigambi dufitiye abakenyezi bo muri Diaspora. Nobamenyesha ko muri uyo mugambi nyene nsanzwe ndi Fondatrice wa Diaspora Works For Mercy Foundation. Mworaba bimwe muvyo dukora kuri http://WWW.diasporaworks.org
    Whataspp yanje ni (713)550-3362
    E-Mail ni: uwimanae@yahoo.co

LAISSER UN COMMENTAIRE

S'il vous plaît entrez votre commentaire!
S'il vous plaît entrez votre nom ici