Isanganiro ry’imiryango yo ku wa 20 mukakaro 2022

    0
    818

    Mu gihe umuhungu canke umwigeme bitegurira kubana, barategura urubanza kugira bazokwakire abashitsi baje kubashigikira. Mbe none uko kwitegurira abashitsi no kurondera ivyankenerwa kugira biryoshe ubugeni birahagije ? Imyiteguro yaho hambere niyo mugihe ca none bitandukaniye hehe, isano ryoryo ni irihe ? Kwitegurira urubanza biraheza bigafasha iki mugushinga urugo rukaguma ? Iyo abubakana batiteguye neza biraheza bikagira izihe ngaruka mu rugo rugiye gushingwa ? Ni akahe gahaze kugira ngo imyiteguro yo kwubakana hagati yabashimanye ?

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici