Urwaruka rwomenya uruhara rufise mu buzima bw’igihugu
Urwaruka rukwiye kumenya uruhara rwarwo mu kwubaka igihugu bakareka gukoreshwa n'abaharanira inyungu zabo.
Raoul Ngabirano, prêtre à la paroisse Muramvya: il faut arrêter ces tueries
Mugihe ibiziga bidasiba gutorwa irya nino mumaquartiers amwamwe yigisagara ca Bujumbura, abatari bake baravyiyamiriza. Kubwa Raoul Ngabirano, umusaserdoti wo kuri paroisse ya Muramvya, ngo...
Emmanuel Habonimana asaba kuvavanura n’ubwicanyi
Abanyagihugu bose bakwiye kuvavanura n'ubwicanyi kuko ngo n'iyo igikoko gipfuye umuntu arababara nkeswe umuntu. Ivyo bivugwa n'umuhumure Habonimana Emmanuel wo ku musozi Kigoma...
Félicien Birorimana: il faut changer de comportement pour promouvoir les DH
Félicien BIRORIMANA ahagarariye APRODH mu Ruyigi ahamagarira abarundi guhindura ingendo mu bijanye no kwubahiriza agateka kazina muntu.
Abarundi bari bakwiye gushira imbere ibiganiro
Abarundi bari bakwiye gushira imbere ibiganiro kugira ngo batorere umuti w'ibibazo bihanze igihugu.









