Inturire, 28 ruheshi 2014

Umviriza Inturire: Edouard Nduwimana, umushikiranganji w'intwaro yo hagati; Agathon Rwasa-FNL, Chauvineau Mugwengezo-UPD, Charles Nditije-Uprona.

Inturire, 30 ntwarante 2013

Muri kino kiganiro, Musenyeri Bambonanire Sérapion arongoye umurwi ujejwe gusubiza mu vyabo ababiteshejwe n'intambara, CNTB, yari umutumire wa Arcade Havyarimana.

Inturire, 06 nyakanga 2014

https://colibri-nest.com/isanganiro/wp-content/uploads/attachments/inturire060914.mp3

Inturire, 27 kigarama 2014

http://www.filefactory.com/stream/2bnxna76u6qt/inturire inka du 27.12.2014.mp3

Inturire, 18 gitugutu 2014

Ikiganiro cerekeye ibibazo vy'amatongo hagati y'abahungutse n'abasigaye mu matongo yabo muri komine Kibago y'intara ya Makamba.