Tahura utahuze abandi, 11 nzero 2012

Hortence Iradukunda aganira n'abatumire biwe ivyerekeye ingaruka z'imyavu itabwa mu bibanza bitayigenewe. Umviriza:

Tahura utahuze abandi, 23 munyonyo 2011

Hortence Iradukunda agaruka ku mugambi wo kugarukana imamfu 20 zajanywe mu gihugu ca Kenya mu mwaka wa 1995. Umviriza: