Ukuri gushirira mu kuyaga, 30 gitugutu 2011

Ni igice ca kabiri c'ikiyago Jérôme Niyonzima yagiranye n'umuganwa Charles Baranyanka. Umviriza>

Ukuri gushirira mu kuyaga, 23 gitugutu 2011

Jérôme Niyonzima abashikiriza igice ca mbere c'ikiyago yagiranye n'umuganwa charles Baranyanka, mwene Petero Baranyanka. Umviriza:

Ukuri gushirira mu kuyaga, 09 gitugutu 2011

Jérôme Niyonzima aganira na Dr Jean Minani, umukuru wa FRODEBU nyakuri iragi rya Ndadaye.