Ikiganiro kidasanzwe ku buzima bw’igihugu, 19 ruheshi 2012 Par Isanganiro - 20/06/2012 0 684 Ikiganiro kidasanzwe caremeshejwe n’abavugizi b’inzego zitandukanye barongowe n’umuvugizi wa reta hamwe n’uw’umukuru w’igihugu.