
Prénom : Jean
Nom : Ndimugipfunsi
Adresse : Kitale
Ville : kitale
Pays : Kenya
Ndi umurundi ari muri Kenya. Nkaba nanditse kugira nkeze Radio Isanganiro
kubw’isabukuru ryiza. Imyaka 11 mumaze mukora mwarateje imbere umwuga wanyu
mwiza. Narakunze ibiganiro vyanyu harimwo Abarundi bararirimba,
Karadiridimba, Ku nama, Inturire, n’ibindi nk’ivyo. Ni mwirambire nk’isima
ya kera.




