Amagrenade yaturikiye mu bice vya Bujumbura

    0
    553


    Hari amagrenade yaturikiye mu bice bimwe bimwe vya Bujumbura mu gatondo ko kuri uyu wa mbere. Amwe yumvikaniye mu bice vya Cibitoke, mu masaha cumi n’igice c’ubucagucagu, mu gihe ayandi yaturikiye muri komine Bwiza. Ntituramenya ibintu vyoba vyononekaye.

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici