Igipolisi cananiwe no kwirukana abanyeshure bari imbere y’inyubakwa z’ubuserukizi bwa amerika

Ku mutaga wo kur’uno wa kane nk’igihe s’isaha zitandatu aho abapolisi baja gukura ku nguvu abanyeshure ba kaminuza y’Uburundi bagera ku 600 bamaze...

Amagerehade 4 yatewe mu gisagara ca Bujumbura, abantu 8 bakomeretse

Abantu bagera ku munani bakomeretse batewe gerenades n’abagizi ba nabi batamenyekanye ku musase wo kur ‘uno wa kane mu gisagara ca Bujumbura. Ayo magerenade...

Umumenyeshamakuru w’iradiyo ijwi ry’amerika yaraye atewe gerenade

Hari kur’uyu wa gatatu igihe c’isaha imwe y’umugoroba igihe urugo rwa Diana NININAHAZWE umumenyeshamakuru wa Radio Bonesha n’ijwi ry’amerika rwaterwa gerenade n’abantu batamenyekanye...

Abantu bane barishwe ingozi batewe igisasu ntezwaminwe

Kuri uyu wa Mungu isaha imwe n’igice yijoro mu Burengo mu gisagara ca ngozi haratewe grenade mu bunywero abantu bane baca barahasiga ubuzima, abasahika...

AU isaba ko ibiganiro bisubira gutangura

Akanama kajejwe umutekano mw'ishirahamwe ry'ibihugu vya Afrika AU karasaba ko ibiganiro vyo kurabira hamwe ingene ingorane ziri mu Burundi vyotorera umuti vyosubira gutangura. Mw'itangazo...