Umumenyeshamakuru w’iradiyo ijwi ry’amerika yaraye atewe gerenade
Hari kur’uyu wa gatatu igihe c’isaha imwe y’umugoroba igihe urugo rwa Diana NININAHAZWE umumenyeshamakuru wa Radio Bonesha n’ijwi ry’amerika rwaterwa gerenade n’abantu batamenyekanye...
Bagorikunda nta ruhusha afise rwo ugkoresha uko ashatse studio ya ABR
Denise Mugugu arongoye ikigo c'abamenyeshamakuru bo mu Burundi yarandikire umushikirizamanza mukuru wa Republika, Valentin Bagorikunda bamumenyesha ko atabubasha bafise bwo gukoresha iyo studio kuko...
Abantu bane barishwe ingozi batewe igisasu ntezwaminwe
Kuri uyu wa Mungu isaha imwe n’igice yijoro mu Burengo mu gisagara ca ngozi haratewe grenade mu bunywero abantu bane baca barahasiga ubuzima, abasahika...
Amagerehade 4 yatewe mu gisagara ca Bujumbura, abantu 8 bakomeretse
Abantu bagera ku munani bakomeretse batewe gerenades n’abagizi ba nabi batamenyekanye ku musase wo kur ‘uno wa kane mu gisagara ca Bujumbura.
Ayo magerenade...
Igipolisi cananiwe no kwirukana abanyeshure bari imbere y’inyubakwa z’ubuserukizi bwa amerika
Ku mutaga wo kur’uno wa kane nk’igihe s’isaha zitandatu aho abapolisi baja gukura ku nguvu abanyeshure ba kaminuza y’Uburundi bagera ku 600 bamaze...
AU isaba ko ibiganiro bisubira gutangura
Akanama kajejwe umutekano mw'ishirahamwe ry'ibihugu vya Afrika AU karasaba ko ibiganiro vyo kurabira hamwe ingene ingorane ziri mu Burundi vyotorera umuti vyosubira gutangura.
Mw'itangazo...
Amagrenade yaturikiye mu bice vya Bujumbura
Hari amagrenade yaturikiye mu bice bimwe bimwe vya Bujumbura mu gatondo ko kuri uyu wa mbere. Amwe yumvikaniye mu bice vya Cibitoke, mu masaha...







