AU isaba ko ibiganiro bisubira gutangura

    0
    576


    Akanama kajejwe umutekano mw’ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika AU karasaba ko ibiganiro vyo kurabira hamwe ingene ingorane ziri mu Burundi vyotorera umuti vyosubira gutangura.

    Mw’itangazo ryagiye ahabona kuri uyu wa Mungu, ako kanaba karasaba aberwa n’ibibazo bose mu Burundi bokora bumvikana kugira ngo igihugu ntigisubire kugwa mw’isanganya.

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici