AU isaba ko ibiganiro bisubira gutangura

Akanama kajejwe umutekano mw'ishirahamwe ry'ibihugu vya Afrika AU karasaba ko ibiganiro vyo kurabira hamwe ingene ingorane ziri mu Burundi vyotorera umuti vyosubira gutangura. Mw'itangazo...

Abamenyeshamakuru ba Radio Isanganiro bibuka ukwezi guheze iradiyo yabo ituriwe

Kuri uyu wa Mungu, Radio Isanganiro yari ikwije ukwezi ituriwe n'abantu bari bambaye impuzu z'igipolisi n'izisanzwe, hari kw'igenekerezo rya 14 rusama 2015, inyuma y'aho...

Umumenyeshamakuru w’iradiyo ijwi ry’amerika yaraye atewe gerenade

Hari kur’uyu wa gatatu igihe c’isaha imwe y’umugoroba igihe urugo rwa Diana NININAHAZWE umumenyeshamakuru wa Radio Bonesha n’ijwi ry’amerika rwaterwa gerenade n’abantu batamenyekanye...

Amagrenade yaturikiye mu bice vya Bujumbura

Hari amagrenade yaturikiye mu bice bimwe bimwe vya Bujumbura mu gatondo ko kuri uyu wa mbere. Amwe yumvikaniye mu bice vya Cibitoke, mu masaha...

Bagorikunda nta ruhusha afise rwo ugkoresha uko ashatse studio ya ABR

Denise Mugugu arongoye ikigo c'abamenyeshamakuru bo mu Burundi yarandikire umushikirizamanza mukuru wa Republika, Valentin Bagorikunda bamumenyesha ko atabubasha bafise bwo gukoresha iyo studio kuko...

Abantu bane barishwe ingozi batewe igisasu ntezwaminwe

Kuri uyu wa Mungu isaha imwe n’igice yijoro mu Burengo mu gisagara ca ngozi haratewe grenade mu bunywero abantu bane baca barahasiga ubuzima, abasahika...

Amagerehade 4 yatewe mu gisagara ca Bujumbura, abantu 8 bakomeretse

Abantu bagera ku munani bakomeretse batewe gerenades n’abagizi ba nabi batamenyekanye ku musase wo kur ‘uno wa kane mu gisagara ca Bujumbura. Ayo magerenade...