Amezi abiri araheze amaradiyo asambuye Par Isanganiro - 14/07/2015 0 535 Amezi abiri ararangiye amaradiyo yigenga asambuwe n’abantu bari bambaye impuzu z’igipolisi, hari ku wa 14 rusama 2015. Abanyagihugu basaba ko yokwugururwa.