Violation des droits de l’homme au Burundi

    0
    590

    Umuyobozi w’ishrahamwe riharanira agateka ka zina muntu mu Burundi « ACPDH » mumpfunyapfunyo y’igifaransa ariyamiriza ibiriko bitera umutekano muke mu gisagara ca Bujumbura cane cane mbere na hamwe hamwe mu gihugu. SAKE Mathieu avuga ko abikurikiranira hafi kuva habaye imyiyerekano mu ma karitiye amw’amwe y’igisagara ca Bujumbura. Ni muri iyo ntumbero asaba abanyagihugu kudoma urutoki kubatunze ibirwanisho batabifitiye uruhusha kuko bikwegera n’intungane mu kaga. Nayo abapolisi ngo bokoresha uburyo bize mu kazi kabo kugira bubahirize agateka ka muntu.

    Le directeur de l’Association Communautaire pour la Protection des Droits de l’homme « ACPDH » dénonce l’insécurité qui règne dans certains quartiers de la capitale, Bujumbura. SAKE Mathieu indique qu’il suit de près la situation qui prévaut à Bujumbura depuis les récentes manifestations. Il demande à la police de respecter les droits humains dans leur travail quotidien. Du côté de la population, il la demande de pointer du doigt à tous les possesseurs illégaux des armes.

    Kirundi:

    Français:

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici