Inteko mvamakungu mu Burundi: abarundi bagona iki?

    0
    583


    Bamwe mu banyagihugubo mu gisagara ca Bujumbura ntibabona kumwe umuzo w’abasirikare mpuzamakungu boza mu Burundi gutsimbataza amahoro. Bamwe bavuga ko izo nzego nyabuna zonyaruka kuko amazi asa n’ayarenze inkombe, abandi nabo bagashikiriza ko zidakenewe. Abo banyuma bagasigura ko aho izo nzego zagiye guhagarikira amahoro ataco zigeze zishikako. Amajwi y’abobanya Bujumbura tuyakesha umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Evariste NZIKOBANYANKA.

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici