Abbé Zébron Nzimenya: un dialogue sincère peut rassembler les Burundais

Patiri Zébron Nzimenya wo muri paruwasi Muyinga avuga ko abarundi bose ari ibiremwa vy’Imana, ko ibidutandukanya vyategerezwa kuba ubutunzi bwubaka...

Le chef collinaires Muyange appelle les réfugiés à rentrer

Le chef collinaires Muyange; commune Nyanza lac de la province Makamba lance un appel vibrant aux Burundais en général et aux habitants de Muyange...

Urwaruka rwomenya uruhara rufise mu buzima bw’igihugu

Urwaruka rukwiye kumenya uruhara rwarwo mu kwubaka igihugu bakareka gukoreshwa n'abaharanira inyungu zabo.

Abarundi bari bakwiye gushira imbere ibiganiro

Abarundi bari bakwiye gushira imbere ibiganiro kugira ngo batorere umuti w'ibibazo bihanze igihugu.

Jean Buregeya: uwutsinze yotwarira bose

Kugira ngo igihugu cogorore, abarundi bokwirinda intambara, maze uwutsinze mu nzira iz'ari zo zose nawe agatwarira abarundi bose.

Hicintuka Emile: Abarundi bokwirinda amacakubiri

Emile Hicintuka ahanura abarundi kwirinda amacakubiri kugirq ngo amahoro asasagare.

Kezia: abarundi bari bakwiye kumenya ko amahoro ari uruhara rwa buri murundi

Aarundi bari bakwiye kumenya ko amahoro ari uruhara rwa buri murundi. Ibibazo igihugu kigizemwo imisi vyatumye abarundi bagira imitiima ihagaze.

Abarundi bakwiye kurengera ibibatandukanya mu moko

Abarundi bari bakwiye kurengera ibibazo vy'amoko vyahora bibatandukanya.

Abarundi bari bageze ku ntambwe ishimishije

Ibibazo vya politike biherutse kuba mu gisagara ca Bujumbura n'ahandi vyarasubije inyuma intambwe abarundi bari bbagezeko mu vyo kubana mu mahoro.

David Ninganza arahanura urwaruka

David Ninganza arahanura urwaruka kuba maso ntiruhendwe ngo rukoreshwe mubikorwa vy'abanyepolitike ku nyungu zabo.