David Ninganza avugira ishirahamwe SOJPAE…

David Ninganza avugira ishirahamwe SOJPAE arakebura abavyeyi gukurikirana abana babo kugira babarinde gukwegerwa mu bitagira akamaro, akanasaba abajejwe gukingira abana kwongereza inguvu.

Concilia Nibigira arakebura Reta

Umugambwe w'abadasigana UPRONA uravunira akagohe Reta y'Uburundi ngo yegere abo bafise ico bapfa kugira imigenderanire hamwe n'ibindi bihugu ibandanye yifashe neza.

Plus question de retirer les devises pour les personnes morales, PARCEM en voit une...

Le gouvernement essaie de récupérer la plupart de devises qui entrent dans le pays pour combler le vide créé par la rétention des fonds...

Patiri Levis NSENGIYUMVA, Mwaro

Patiri Levis NSENGIYUMVA wo kuri Paruwasi yitiriwe Léonidas Mweranda y’i Mwaro atera akamo abarundi kudashira ingimba imbere ahubwo bakaganira kur’ico...

Félicien Birorimana: il faut changer de comportement pour promouvoir les DH

Félicien BIRORIMANA ahagarariye APRODH mu Ruyigi ahamagarira abarundi guhindura ingendo mu bijanye no kwubahiriza agateka kazina muntu.

La femme est aussi capable

Uwahoze arongoye iyahora ari komine Kinama yo mu gisagara ca Bujumbura ahamagarira abakenyezi kutikengera ngo bareke kwitoza mu nzego zitwara igihugu. ivyo akabivuga mu...

Emmanuel Habonimana asaba kuvavanura n’ubwicanyi

Abanyagihugu bose bakwiye kuvavanura n'ubwicanyi kuko ngo n'iyo igikoko gipfuye umuntu arababara nkeswe umuntu. Ivyo bivugwa n'umuhumure Habonimana Emmanuel wo ku musozi Kigoma...

David Ninganza: Abajejwe gukingira abandi birinde ivangura

David Ningaza, umuvugizi w'ishirahamwe SOJPAE ahamagarira abajejwe gukingira abandi kwirinda kuvangura bafatiye ku budasaDavid Ninganza, porte-parole de la SOJPAE demande aux responsables d'éviter la...

Michel BUCANGANYA: les Burundais devraient développer un esprit nationaliste

Michel BUCANGANYA, umuhumure wo kumurwa mukuru wa karuzi asaba abarundi kwama na ntaryo bashira imbere ko ari abarundi, ngo kuko indyane ni inzanyi y’amazimwe....

Abbé Zéphirin NGENDAKUMANA: , l’intérêt public doit primer sur l’intérêt individuel

Patiri Zéphirin NGENDAKUMANA wo kuri paruwasi ya Karusi ahamagarira abarundi basanzwe barwiriyemwo abakirisu kurengera inyungu zabo. Kubwuwo mukozi w’Imana, igihambaye n’uko twese...