Uburundi bushobora kurwiza abarwayi bo mumutwe bamwe bita abasazi
Kubera intambara,n’ubwicanyi abantu bahahuka baba benshi mugihugu, bagakenera kwivuza hakiri kare amazi atararenga inkombe , ivyo bitakozwe mumezi canke imyaka iza uburundi buzorwiza abasazi...
Toutes les armes doivent être remises sans conditions aux forces de l’ordre, ordonne Barandagiye
Le ministre burundais de l'intérieur demande à tous ceux qui détiennent des armes illégalement de les remettre immédiatement et sans conditions. Ils demandent à...
Tom Perriello demande aux parties en conflit à s’engager au dialogue sans conditions
Après les discours de la semaine dernière des hautes autorités sur les moyens musclés à utiliser pour désarmer des civiles qui disposent des armes,...
Muhozi: Birakwiye ko amaradiyo yigenga yugawe yugurugwa ngo kuko atariko arakora bitera...
Inyuma yiminsi ibiri yibiganiro hagati yimigwi itandukanye yabarundi numuhuza Président wa Uganda KAGUTA YOWERI MUSEVENI, ikibazo cibimenyeshamakuru vyigenga bimaze amezi abiri...
Ishirahamwe STEVCO ryaronkejwe uruhusha mfatakibanza rwo kurima igiterwa stevia
Ni kuva kw’igenekerezo rya 17 Ruheshi uno mwaka iryo shirahamwe ryishinze kugwiza igiterwa stevia ryaronswa uruhusha mfatakibanza rzo gusubira kugwiza igiterwa Stevia. Umuyobozi mukuru...
13ème anniversaire de la Radio Isanganiro dans la tristesse
La Radio Isanganiro a commencé à émettre le 18 novembre 2002 en plein conflit inter ethnique. Créer un terrain d’entente entre ...
Remettez les armes volontairement, sinon vous les remettrez par la force, dit Bunyoni
Le ministre de la sécurité publique demande aux civils qui détiennent des armes illégalement de les remettre volontairement. Au cas où ils n'obtempéreraient pas,...
Amavuta,isabuni,……..birwanya Malaria
Mugihe muri ino minsi hibonekeza imibu myinshi mugisagara ca Bujumbura, hari uburyo bushasha bwo kurwanya malaria hakoreshejwe ibiterwa dusanzwe twirimira bivamwo nk icayi,...
Agathon Rwasa ariyamiriza ivyavuye mu matora
Agathon Rwasa arongoye urunani rw'abigenga AMIZERO Y'ABARUNDI ariyamiriza ivyavuye mu matora y'abajenama n'abashingamateka. Amenyesha ko azobanza kuvugana n'abo vyega kugira ngo barabe ico bokora...










