Inturire, 15 Gitugutu 2016

Uburundi buherutse gufata ingingo yo kuva muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha isasa i Lahe ariyo benshi bita CPI mu mpunyaphunyo. Mbega iciza kirimwo mu gihugu...

Inturire, 8 Gitugutu 2016

Umurimyi w'ikawa aronse igiciro kibereye vyotuma yitaho ico giterwa. Mbega ubu ho vyifashe gute? Kurikirana ikiganiro Inturire co ku wa 8 Gitugutu 2016