Isoko rusangi, 03 munyonyo 2011
Ikiganiro cari cerekeye inzitizi zishobora kwibonekeza mu kwinjiza no mu gusohora ibidandazwa mu gihe Uburundi bwinjiye mw'isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa...
Isoko rusangi, 27 gitugutu2011
Cerekeye uruja n'uruza rw'ibidandazwa mu Burundi kuva aho Uburundi bwinjiriye mw'isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika y'ubuseruko.
Umviriza:
Isoko rusangi, 20 gitugutu 2011
Ikiganiro cerekeye ingene abadandaza babona ivyerekeye isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika w'ubuseruko.
Umviriza
Isoko rusangi, 13 gitugutu 2011
Bernard Bankukira aganira n'abatumire biwe ku vyerekeye amategeko yategekanijwe na Reta mu ntumbero yo kwinjira vy'ukuri mw'isoko rusangi rihuza ibihugu vyo mu muryango wa...
Isoko rusangi, 06 gitugutu 2011
Ni ikiganiro cerekeye ugukangurira abanyagihugu n'ubutegetsi ku vyerekeye isoko rusangi mu muryango wa Afrika y'Ubuseruko. Kino kiganiro ca mbere kigatanga umuco kw'ido n'ido ry'iyo...





