Ku nama yo ku wa 23/05/2021 : ubukene n’iduga ry’ibiciro ry’ibifungurwa n’ibindi vya nkenerwa
Isukari iramaze igihe itaboneka neza. Aho ibonetse naho, uwuyikeneye ahabwa ikiro kimwe kitarenga. Ihinguriro ry'isukari SOSUMO ryo, ntirihengeshanya kuvuga ko rimwe na rimwe umwimbu...

