Lolilo ni umuririmvyi w’umurundi yashoboye kubandanya ibiteramo mubihe umutekano uhobahoba mu Burundi.
Gitega , Rumonge, be na Gatumba niho umuririmvvyi Lolilo yashoboye kugira ibiteramo, aho vyabonetse ko abarundi bari banyotewe kuryoherwa, kuririmba,gutamba,gusangira,……
Tumwunirize Lolilo
Gitega, Rumonge, Gatumba sont les endroits où l’artiste Lolilo a déjà fait ses concerts, avec un public très réceptif lolilo pense qu’aujourd’hui les burundais veulent la paix ,le partage, chanter et danser, bref la joie de vivre…………..
Ecoutons Lolilo




