La communication et le marketing de musique selon Member
Selon le président de l’amicale des musiciens du Burundi Bruno Simbavimbere connu sous le pseudonyme de Member, les artistes burundais doivent avoir une...
Le nouveau ministre de la jeunesse, sport et de la culture proche des jeunes...
Umushikiranganji Jean Bosco Hitimana avuga ko urwaruka rumaze iminsi mu mwiheburo udasanzwe na cane cane mubihe igihugu gihitiyemwo ati ni naco gituma agiye kurwitaho...
Le conservatoire en Afrique et son siège au Burundi pour bientôt ?
Bosco niyibizi atwara ishirahamwe ry umuziki nama chorale muburundi akaba arinawe atwara ishirahamwe rya afrika ryumuziki nama chorale , inyuma yibiteramo bakoze mubihugu...
Lolilo: Un artiste burundais qui a pu se débrouiller en organisant ses...
Lolilo ni umuririmvyi w’umurundi yashoboye kubandanya ibiteramo mubihe umutekano uhobahoba mu Burundi.Gitega , Rumonge, be na Gatumba niho umuririmvvyi Lolilo yashoboye kugira ibiteramo,...
Bruno Simbavimbere alias Member avuga ku vyerekeye umuziki mu gihe Uburundi buri mu ngorane
Memba asanzwe arongoye ishirahamwe Amical des musiciens du Burundi aratubwira ingorane abacuraranzi bagize muri bino bihe Uburundi buri mu ngorane.
Memba, président de l'Amical...





