Le nouveau ministre de la jeunesse, sport et de la culture proche des jeunes et des artistes

    0
    567

    Umushikiranganji Jean Bosco Hitimana avuga ko urwaruka rumaze iminsi mu mwiheburo udasanzwe na cane cane mubihe igihugu gihitiyemwo ati ni naco gituma agiye kurwitaho ubu bwavuba kugira arusubize umwizero mukurufasha mumigambi itandukanye , kubanyamuziki bahunze igihugu, abasaba gutaha mu gihugu ko bishobotse azoja kubaramutsa iyo bahungiye, Umushikiranganji aranavuga ko agiye guteza imbere ingoma mu buryo budasanzwe kugira izo ingoma zubahwe gusumba zireke kuba igikoresho c’abaca amahera gusa.

    Hitimana Jean Bosco nouveau patron du ministère de la jeunesse, des sports et de la culture promet de l’espoir à la jeunesse en désespoir, invite les artistes musiciens burundais en exile à regagner leur patrie et promet de valoriser le tambour burundais pour qu’il ne continue pas à être objet seulement de commerce. Ecoutons le ministre Jean Bosco Hitimana.

    Kirundi:

    Français

    LAISSER UN COMMENTAIRE

    S'il vous plaît entrez votre commentaire!
    S'il vous plaît entrez votre nom ici