Leta y’Uburundi yariyemeje gushira imbere…

Lera y'Uburundi yariyemeje gushira imbere ibiganiro n'uko bivugwa na Filipo Nzobonariba mu kiganiro yahaye raadio televisiyo vya reta. Mu gihe hari abatari bake basaba...

Uburundi bushobora kurwiza abarwayi bo mumutwe bamwe bita abasazi

Kubera intambara,n’ubwicanyi abantu bahahuka baba benshi mugihugu, bagakenera kwivuza hakiri kare amazi atararenga inkombe , ivyo bitakozwe mumezi canke imyaka iza uburundi buzorwiza abasazi...

Muhozi: Birakwiye ko amaradiyo yigenga yugawe yugurugwa ngo kuko atariko arakora bitera...

Inyuma yiminsi ibiri yibiganiro hagati yimigwi itandukanye yabarundi numuhuza Président wa Uganda KAGUTA YOWERI MUSEVENI, ikibazo cibimenyeshamakuru vyigenga bimaze amezi abiri...

Jeanine Nahigombeye: “Reta ni ireke abamenyeshamakuru basubire ku kazi kabo”

Jeanine Nahigombeye arongoye ishirahamwe Ijambo ryashinze Radio Isanganiro. Arasaba ko Reta y'Uburundi yokwikubita agashi ikarekura amaradiyo agasubira gukora ukuri kwamye inyuma y'ukwezi asambuwe akanugarwa....

Amezi abiri araheze amaradiyo asambuye

Amezi abiri ararangiye amaradiyo yigenga asambuwe n'abantu bari bambaye impuzu z'igipolisi, hari ku wa 14 rusama 2015. Abanyagihugu basaba ko yokwugururwa.

Agathon Rwasa ariyamiriza ivyavuye mu matora

Agathon Rwasa arongoye urunani rw'abigenga AMIZERO Y'ABARUNDI ariyamiriza ivyavuye mu matora y'abajenama n'abashingamateka. Amenyesha ko azobanza kuvugana n'abo vyega kugira ngo barabe ico bokora...

Ingorane z’amavuriro i Mukike

Abanyagihugu bo muri komine Mukike ntiboroherwa gushikira amavuriro mu gihe bagize ingorane z'indwara.

Rwasa ariyamiriza amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka

Agathon Rwasa amenyesha ko amatora y'abashingamateka n'abajenama b'amakomine yabaye ku wa mbere ari inkinamico. Avuga ko hari hakenewe ibiganiro kugira ngo habe amatora yizewe...

Simba imanga

Simba imanga, ikiganiro gikorwa n'abamenyeshamakuru b'abarundi bahungiye mu Rwanda