Inturire, 22 ruhuhuma 2014
Umviriza Inturire yateretswe na Arcade Havyarimana ari kumwe na Edouard Nduwimana umushikiranganji w'intwaro yo hagati, J.Baptiste Manwangari, inararibonya mu mugambwe Uprona, Léonce Ngendakumana arongoye...










