Isoko rusangi, 22 munyonyo 2012

Cerekeye inzitizi zijanye n'ururimi ku barundi basanzwe barangurira imirimo yabo mw'isoko rusangi rihuza ibihugu bihurikiye mu muryango wa Afrika Y'ubuseruko.

Isoko rusangi, 23 myandagaro 2012

Cerekeye umugambi ASSET mu buryo bwo kworohereza abadandaza kwinjiza no gusohora ibidandazwa.

Isoko rusangi, 21 ruheshi 2012

Cerekeye ingene amabanki akora mu gufasha abanyagihugu kwiteza imbere.