Isanamu yavuye ku rubuga rwa HCR yerekana igisomwa "Le Burundi voit arriver des milliers de personnes fuyant la montée des tensions en République démocratique du Congo" co ku wa 12 Ruhuhuma 2025

Ibihuha vy’uko abategetsi ba Congo bahungisha imiryango yabo mu Burundi, ni ivyo kwizerwa?

Abategetsi mu ntwaro no mu gisirikare vya Congo boba bariko bahungisha imiryango y'abo kubera M23 igira ifate Uvira ? Iyi ni inkuru adakwiye kwizerwa. Ivyo...

Uburundi, Afrika y’Epfo na Congo vyoba bigiye gufatanya mu kurwanya M23? Nta bimenyetso bikwiye...

Ivyo bihugu uko ari bitatu biri mu bishirwa mu majwi biciye mu nkuru ivugwa n'uwukoresha imbuga nyagiro mu gutanga amakuru azwi kw'izina rya Gentil...

RDC–Burundi : des faux réfugiés pour vrais avantages ?

  Depuis un moment, des témoignages et des reportages locaux parlent d’un phénomène surnommé “makanaki”. Il s’agirait de Burundais, principalement installés dans les communes proches...